Matayo 20:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 «Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi Umwana w’umuntu azotabwa mu maboko y’abakuru b’abaherezi n’abanditsi. Bazomucira urwo gupfa+, Luka 9:44, 45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 «Nimwumvirize neza kandi mwibuke iki kintu: Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu+.» 45 Mugabo ntibatahuye ivyo yariko aravuga. Nkako, barabihishijwe ngo ntibabitahure, kandi baratinya kumubaza ibibazo ku bijanye n’ico kintu.
18 «Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi Umwana w’umuntu azotabwa mu maboko y’abakuru b’abaherezi n’abanditsi. Bazomucira urwo gupfa+,
44 «Nimwumvirize neza kandi mwibuke iki kintu: Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu+.» 45 Mugabo ntibatahuye ivyo yariko aravuga. Nkako, barabihishijwe ngo ntibabitahure, kandi baratinya kumubaza ibibazo ku bijanye n’ico kintu.