Matayo 9:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aca akora ku maso yabo+, ababwira ati: «Nibibabere nk’uko muvyizeye.»