Luka 11:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Muragowe mwebwe abahinga mu vy’amategeko, kuko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abariko barinjira murababuza+!»
52 Muragowe mwebwe abahinga mu vy’amategeko, kuko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abariko barinjira murababuza+!»