Mariko 12:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+. Mariko 12:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Banyaga abapfakazi utwabo* kandi bakavuga amasengesho maremare kugira biyerekane. Bazocirwa urubanza rukomeye* cane.»
38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+.
40 Banyaga abapfakazi utwabo* kandi bakavuga amasengesho maremare kugira biyerekane. Bazocirwa urubanza rukomeye* cane.»