Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*. Ivyakozwe 7:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Bakiriko baratera amabuye Sitefano, aratakamba ati: «Mukama Yezu, akira impwemu* yanje.»
2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*.