Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.» Mariko 14:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Aca ababwira ati: «Iki kigereranya amaraso yanje+, “amaraso y’isezerano+” agiye guseswa ku bwa benshi+.
28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
24 Aca ababwira ati: «Iki kigereranya amaraso yanje+, “amaraso y’isezerano+” agiye guseswa ku bwa benshi+.