Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+. Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 63 Ariko Yezu aguma yihoreye+. Umuherezi mukuru aca amubwira ati: «Nuturahire imbere y’Imana nzima ko uri Kristu, Umwana w’Imana+!» Yohani 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yongera kwinjira mu kirimba ciwe, abaza Yezu ati: «Uva hehe?» Mugabo Yezu ntiyamwishura+.
7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+.
63 Ariko Yezu aguma yihoreye+. Umuherezi mukuru aca amubwira ati: «Nuturahire imbere y’Imana nzima ko uri Kristu, Umwana w’Imana+!»