Luka 23:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Baguma basemerera, basaba bashimitse yuko yomanikwa ku giti, ku buryo induru yabo imugondoza+. Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaraninahaje Umusavyi wayo+ Yezu+, umwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, kandi yari yafashe ingingo yo kumurekura.
13 Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaraninahaje Umusavyi wayo+ Yezu+, umwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, kandi yari yafashe ingingo yo kumurekura.