Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita,amatama yanje ndayaha abanshikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije abantetereza n’abancirako amate+. Matayo 26:67 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 67 Nuko bamucira amate mu maso+ bongera bamukubita ingumu+. Abandi bamukubita amakofe mu maso+,
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita,amatama yanje ndayaha abanshikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije abantetereza n’abancirako amate+.