ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 15:29-32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Abahita baza baramutuka bazunza umutwe+, bakavuga bati: «Hm! Wewe uvuga ngo wosambura urusengero ugaca urwubaka mu misi itatu+, 30 niwikize umanuke uve kuri ico giti co kubabarizwako*.» 31 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi na bo nyene baguma bamutwenga, bavuga ngo: «Abandi yarabakijije, ariko we ntashobora kwikiza+! 32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze tumwemere+.» N’abari bamanikanywe na we na bo nyene batangura kumutuka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika