Luka 23:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Abantu bari bahagaze ng’aho bitegereza ibiriko biraba. Ariko abatware baguma bitwengera, bavuga ngo: «Abandi yarabakijije! Niyikize na we nimba ari Kristu w’Imana, uwatowe+!»
35 Abantu bari bahagaze ng’aho bitegereza ibiriko biraba. Ariko abatware baguma bitwengera, bavuga ngo: «Abandi yarabakijije! Niyikize na we nimba ari Kristu w’Imana, uwatowe+!»