Mariko 14:62 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 62 Yezu amwishura ati: «Ndi we, kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana+ Nyenububasha*, azananye n’ibicu vyo kw’ijuru+.» Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ni co gituma Abayuda baciye barushirizaho kurondera kumwica, kuko biyumvira ko yariko arenga kw’isabato kandi akavuga ko Imana ari Se wiwe+, akigira uwungana n’Imana+. Yohani 10:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 none mumbwira gute ngo: “Uratutse Imana*” kubera mvuze nti: “Ndi Umwana w’Imana+”, kandi Data yaranyejeje akandungika mw’isi?
62 Yezu amwishura ati: «Ndi we, kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana+ Nyenububasha*, azananye n’ibicu vyo kw’ijuru+.»
18 Ni co gituma Abayuda baciye barushirizaho kurondera kumwica, kuko biyumvira ko yariko arenga kw’isabato kandi akavuga ko Imana ari Se wiwe+, akigira uwungana n’Imana+.
36 none mumbwira gute ngo: “Uratutse Imana*” kubera mvuze nti: “Ndi Umwana w’Imana+”, kandi Data yaranyejeje akandungika mw’isi?