Matayo 12:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini+, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda* y’isi+. Yohani 2:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu abishura ati: «Nimusambure uru rusengero, nanje nce ndarwubaka mu misi itatu+.»
40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini+, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda* y’isi+.