Matayo 27:64 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 64 Tegeka rero bacunge imva yiwe gushika ku musi ugira gatatu, kugira abigishwa biwe ntibahave baza kumwiba+, hanyuma bakabwira abantu ngo: “Yazuwe mu bapfuye!” Ico kinyoma ca nyuma coba kibi kuruta ica mbere.»
64 Tegeka rero bacunge imva yiwe gushika ku musi ugira gatatu, kugira abigishwa biwe ntibahave baza kumwiba+, hanyuma bakabwira abantu ngo: “Yazuwe mu bapfuye!” Ico kinyoma ca nyuma coba kibi kuruta ica mbere.»