ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 4:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ehe ndabarungikiye umuhanuzi Eliya+ imbere y’uko wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova ushika+. 6 Azogarukana umutima wa ba sebibondo ku bana+, n’umutima w’abana kuri ba se, kugira ngo simpave nza gutera isi nkayitikiza.»

  • Mariko 8:27, 28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Yezu n’abigishwa biwe baca bava ng’aho, baja mu bigwati vy’i Sezariya ya Filipo. Bari mu nzira, atangura kubaza abigishwa biwe ati: «Abantu bavuga ko ndi nde+?» 28 Bamwishura bati: «Bamwe bavuga ngo uri “Yohani Umubatizi+”, abandi ngo uri “Eliya+”, abandi na bo ngo uri “umwe mu bahanuzi.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika