-
Matayo 20:26-28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Si ko bikwiye kumera muri mwebwe+. Ahubwo uwushaka kuba mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu+, 27 kandi uwushaka kuba uwa mbere muri mwebwe ategerezwa kuba umushumba wanyu+, 28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
-
-
Mariko 10:43-45Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
43 Si ko bikwiye kumera muri mwebwe. Ahubwo uwushaka kuba umukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu+, 44 kandi uwushaka kuba uwa mbere muri mwebwe ategerezwa kuba umushumba wa bose. 45 Kuko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
-