ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 40 Uwubakiriye na jewe aba anyakiriye, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+.

  • Luka 9:48
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 48 maze ababwira ati: «Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi kubera izina ryanje, na jewe aba anyakiriye. Kandi uwo wese anyakiriye, aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwifata nk’umuntu mutoyi muri mwebwe mwese ari we mukuru+.»

  • Yohani 13:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Emwe ni ukuri ndabibabwiye, uwakiriye uwo ntumye na jewe aba anyakiriye+, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika