ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nimba bishoboka, nimukore ivyo mushoboye ku giti canyu kugira mubane amahoro n’abantu bose+.

  • Abanyefeso 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo gusa ijambo ryiza ryo kwubaka abandi bivanye n’ibikenewe, kugira ngo rigirire akamaro abaryumva+.

  • 1 Abatesalonika 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mububahe bimwe bidasanzwe mubigiranye urukundo kubera igikorwa bakora+. Mubane amahoro na bagenzi banyu+.

  • Abaheburayo 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Mugume murondera kugiranira amahoro n’abantu bose+ no kuba beranda*+, kubera ko umuntu atari mweranda atazobona Umukama.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika