ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Bagabura impuzu zanje,

      bagapfindira ivyambarwa vyanje+.

  • Yohani 19:23, 24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Abasoda bamaze kumanika Yezu, batora impuzu ziwe bazigaburamwo kune, umwe wese atwara umugabane wiwe, batwara n’ikanzu yiwe. Mugabo iyo kanzu nta mubariro yagira, kuko yari ijishwe kuva hejuru gushika hasi. 24 Maze babwirana bati: «Ntituyitabure, ahubwo reka tugire ubupfindo kugira tumenye uwuyitwara+.» Aho kwari ukugira haranguke icanditswe kivuga ngo: «Bagabuye impuzu zanje, bapfindira ivyambarwa vyanje+.» Ivyo nyene ni vyo abasoda bakoze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika