Luka 2:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Vyongeye, Simeyoni arabahezagira, maze abwira Mariya nyina w’uwo mwana ati: «Umve! Uwo mwana agenewe gutuma benshi muri Isirayeli batemba+ canke basubira guhaguruka+, kandi azoba ikimenyetso abantu bavuga nabi*+
34 Vyongeye, Simeyoni arabahezagira, maze abwira Mariya nyina w’uwo mwana ati: «Umve! Uwo mwana agenewe gutuma benshi muri Isirayeli batemba+ canke basubira guhaguruka+, kandi azoba ikimenyetso abantu bavuga nabi*+