ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 6:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ahubwo mwiyegeranirize amatungo mw’ijuru+, aho udukoko n’ingese bitayonona+, aho kandi ata bisuma bimena ngo biyibe. 21 Kuko aho itunga ryawe riri ari ho n’umutima wawe uzoba.

  • Luka 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Vyongeye, ndababwiye nti: Mwironderere abagenzi biciye ku butunzi butagororotse+, kugira ngo nibwahera baze babakire mu ngo zamaho+.

  • 1 Timoteyo 6:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+. 19 Bazoba bishingiye umushinge mwiza ku bwa kazoza nk’umuntu abitse ubutunzi ahatagira inkomanzi+, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika