Luka 12:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Mugabo uwutabitahuye bigatuma akora ibikwiriye inkoni, azokubitwa nkeyi. Nkako, uwahawe vyinshi azobazwa vyinshi, kandi uwajejwe vyinshi azobazwa ibirenze ivyo babaza abandi+.
48 Mugabo uwutabitahuye bigatuma akora ibikwiriye inkoni, azokubitwa nkeyi. Nkako, uwahawe vyinshi azobazwa vyinshi, kandi uwajejwe vyinshi azobazwa ibirenze ivyo babaza abandi+.