Yesaya 53:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abantu baramusuzugura, bakamwinuba+.Yari umuntu agenewe gushikirwa n’imibabaro*, kandi azi indwara ico ari co. Wamenga mu maso hiwe hari hanyegejwe ntituhabone*. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’aho ata co amaze+.
3 Abantu baramusuzugura, bakamwinuba+.Yari umuntu agenewe gushikirwa n’imibabaro*, kandi azi indwara ico ari co. Wamenga mu maso hiwe hari hanyegejwe ntituhabone*. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’aho ata co amaze+.