ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 6:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Anyishura ati: «Genda ubwire aba bantu uti:

      “Muzokwumva incuro n’izindi,

      ariko ntimutegere.

      Muzobona incuro n’izindi,

      ariko ntihagire ico mumenya+.”

      10 Nudadaze umutima w’aba bantu+,

      utume amatwi yabo aba intumva+,

      umatanye amaso yabo

      kugira ntibayarabishe,

      canke ngo bumvishe amatwi,

      kugira ngo umutima wabo ntutegere,

      ngo bahindukire maze bakizwe+.»

  • Matayo 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ubuhanuzi bwa Yesaya burabarangukirako, kuko buvuga buti: “Muzokwumva ariko nta na kimwe muzotahura, kandi muzokwitegereza ariko nta na kimwe muzobona+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika