Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*.
2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*.