1 Yohani 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Turazi ko twavuye mu rupfu tukaja mu buzima+, kuko dukunda abavukanyi bacu+. Uwudakundana aguma mu rupfu+.
14 Turazi ko twavuye mu rupfu tukaja mu buzima+, kuko dukunda abavukanyi bacu+. Uwudakundana aguma mu rupfu+.