-
Yohani 2:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu ku musi mukuru wa Pasika, abantu benshi barizeye izina ryiwe babonye ibitangaro yariko arakora.
-
-
Yohani 8:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 Avuze ivyo, benshi baca baramwizera.
-
-
Yohani 10:42Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
42 Abantu benshi baca baramwizera ng’aho.
-