Zaburi 82:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Navuze nti: “Muri imana*+,mwese muri abana b’Imana Musumbavyose. 1 Abakorinto 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko naho hari ivyitwa imana, haba mw’ijuru canke kw’isi+, kandi koko hari «imana» nyinshi n’«abakama» benshi,
5 Kuko naho hari ivyitwa imana, haba mw’ijuru canke kw’isi+, kandi koko hari «imana» nyinshi n’«abakama» benshi,