ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ubuzima bwabayeho biciye kuri we, kandi ubwo buzima bwari umuco w’abantu+.

  • Yohani 6:63
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+, umubiri nta na kimwe umaze. Amajambo nababwiye ni impwemu, akaba n’ubuzima+.

  • Yohani 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kugira abantu baronke ubuzima budahera+, bategerezwa kukumenya neza*, wewe Imana yonyene y’ukuri+, n’uwo watumye Yezu Kristu+.

  • Abaroma 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Kuko impembo y’igicumuro ari urupfu+, ariko ingabire Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika