-
Ivyahishuwe 3:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ehe mpagaze ku muryango ndiko ndadodora. Nihagira uwumva ijwi ryanje akanyugururira, nzokwinjira mu nzu iwe dusangire imfungurwa zo ku mugoroba.
-