Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Ariko nimba ndiko ndabikora, naho mutonyizera, pfuma mwizera ivyo bikorwa+, kugira mumenye kandi mugume muzi ko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+.» Yohani 14:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ntiwemera none ko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira si ivyo nikurira mu mutwe+. Mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, ni we yikorera ibikorwa vyiwe.
38 Ariko nimba ndiko ndabikora, naho mutonyizera, pfuma mwizera ivyo bikorwa+, kugira mumenye kandi mugume muzi ko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we+.»
10 Ntiwemera none ko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira si ivyo nikurira mu mutwe+. Mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, ni we yikorera ibikorwa vyiwe.