Yohani 12:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Mbere n’abatware benshi baramwizeye+, ariko ntibamwemera ku mugaragaro kubera Abafarizayo, kugira ntibacibwe mw’isinagogi+,
42 Mbere n’abatware benshi baramwizeye+, ariko ntibamwemera ku mugaragaro kubera Abafarizayo, kugira ntibacibwe mw’isinagogi+,