Yohani 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ivyo Yezu yabikoreye i Kana muri Galilaya, biba intango y’ibitangaro vyiwe. Ukwo ni ko yerekanye ububasha* bwiwe+, bica bituma abigishwa biwe bamwizera.
11 Ivyo Yezu yabikoreye i Kana muri Galilaya, biba intango y’ibitangaro vyiwe. Ukwo ni ko yerekanye ububasha* bwiwe+, bica bituma abigishwa biwe bamwizera.