-
1 Yohani 4:9, 10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Uku ni ko Imana yatweretse ko idukunda: yararungitse Umwana wayo w’ikinege+ kw’isi kugira turonke ubuzima biciye kuri we+. 10 Aha rero ni ho urukundo ruhagaze: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko yadukunze maze ikarungika Umwana wayo kugira abe ikimazi+ c’ibicumuro vyacu+ gituma dusubiza hamwe na yo*.
-