Luka 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Na jewe rero, kubera yuko natohoje neza ivyabaye vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rutonde rwumvikana, nyakwubahwa Tewofile+, Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli,
3 Na jewe rero, kubera yuko natohoje neza ivyabaye vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rutonde rwumvikana, nyakwubahwa Tewofile+,
23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli,