ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 12:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Mbere n’abatware benshi baramwizeye+, ariko ntibamwemera ku mugaragaro kubera Abafarizayo, kugira ntibacibwe mw’isinagogi+,

  • Ivyakozwe 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ariko bamwe mu bo mu mugwi w’idini w’Abafarizayo bari basigaye bizera, barahaguruka aho bari bicaye bavuga bati: «Birakenewe ko bagenyerwa kandi bagategekwa kwubahiriza amategeko ya Musa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika