-
Ivyakozwe 26:19, 20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Ni co gituma mwami Agiripa, ntagambaraye igihe nerekwa ivyo bintu bivuye mw’ijuru, 20 ahubwo nahereye ku bantu b’i Damasiko+ hanyuma ab’i Yeruzalemu+, abo mu karere kose ka Yudaya n’abo mu mahanga, ngenda ndababwira ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya bakiyegereza Imana, mu gukora ibikorwa vyerekana ukwigaya+.
-