Matayo 10:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yezu arungika abo 12, maze abategeka+ ati: «Ntimuje ku bantu bo mu yandi mahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara na kimwe c’Abasamariya+. 6 Ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye zo mw’ihanga* rya Isirayeli+.
5 Yezu arungika abo 12, maze abategeka+ ati: «Ntimuje ku bantu bo mu yandi mahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara na kimwe c’Abasamariya+. 6 Ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye zo mw’ihanga* rya Isirayeli+.