21 Bamaze kumenyesha inkuru nziza muri ico gisagara bagahindura abatari bake abigishwa, basubira i Lusitira, muri Ikoniyo n’i Antiyokiya. 22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.»