Ivyakozwe 4:36, 37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Umulewi avuka i Shipure yitwa Yozefu, umwe intumwa zatazira Barunaba+ (bisobanura ngo «umwana w’uruhoza») na we nyene 37 yari afise itongo. Nuko ararigurisha hanyuma azana amahera ayashira imbere y’ibirenge vy’intumwa+.
36 Umulewi avuka i Shipure yitwa Yozefu, umwe intumwa zatazira Barunaba+ (bisobanura ngo «umwana w’uruhoza») na we nyene 37 yari afise itongo. Nuko ararigurisha hanyuma azana amahera ayashira imbere y’ibirenge vy’intumwa+.