Ivyakozwe 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Amaze gutahura ibibaye, aca aja kwa Mariya nyina wa Yohani yitwa kandi Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye basenga.
12 Amaze gutahura ibibaye, aca aja kwa Mariya nyina wa Yohani yitwa kandi Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye basenga.