Ivyakozwe 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Maze intumwa n’abakurambere hamwe n’ishengero ryose bafata ingingo yo kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Pawulo na Barunaba. Barungitse Yuda yitwa kandi Barusaba be na Silasi+. Bari abagabo b’imboneza mu bavukanyi. Ivyakozwe 15:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Pawulo atora Silasi maze abavukanyi bamuragiza Yehova* n’ubuntu bwiwe buhebuje+, aca aragenda.
22 Maze intumwa n’abakurambere hamwe n’ishengero ryose bafata ingingo yo kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Pawulo na Barunaba. Barungitse Yuda yitwa kandi Barusaba be na Silasi+. Bari abagabo b’imboneza mu bavukanyi.