Yohani 5:28, 29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ntimutangazwe rero n’ivyo, kuko igihe kigira kigere aho abari mu mva* bose bazokwumva ijwi ryiwe+ 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima, abagiye barakora ibintu bishisha na bo bakazukira urubanza+. Yohani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Yezu amubwira ati: «Ndi izuka n’ubuzima+. Uwunyizera naho yopfa azosubira kuba muzima, 1 Abakorinto 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nimba rero turiko turamamaza ko Kristu yazuwe mu bapfuye+, bishoboka bite ngo bamwe muri mwebwe bavuge ko ata zuka ry’abapfuye ririho?
28 Ntimutangazwe rero n’ivyo, kuko igihe kigira kigere aho abari mu mva* bose bazokwumva ijwi ryiwe+ 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima, abagiye barakora ibintu bishisha na bo bakazukira urubanza+.
12 Nimba rero turiko turamamaza ko Kristu yazuwe mu bapfuye+, bishoboka bite ngo bamwe muri mwebwe bavuge ko ata zuka ry’abapfuye ririho?