Gusubira mu vyagezwe 4:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nimwarondera Yehova Imana yanyu mumaze gushika muri ayo mahanga, mukamurondera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, ntimuzobura kumuronka+. Zaburi 145:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,abamwambaza mu kuri* bose+. Abaroma 1:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nkako ibintu tutabona biranga Imana*, ni ukuvuga ububasha bwayo bwamaho+ n’ubumana bwayo+, biribonekeza neza kuva igihe isi yaremwa, kuko bibonekera ku bintu yaremye+. Nta co rero bafise bireguza.
29 Nimwarondera Yehova Imana yanyu mumaze gushika muri ayo mahanga, mukamurondera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, ntimuzobura kumuronka+.
20 Nkako ibintu tutabona biranga Imana*, ni ukuvuga ububasha bwayo bwamaho+ n’ubumana bwayo+, biribonekeza neza kuva igihe isi yaremwa, kuko bibonekera ku bintu yaremye+. Nta co rero bafise bireguza.