-
Abafilipi 3:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 naho jewe mfise imvo zo kwishimira umubiri kuruta abandi bose.
Nimba hari uwundi muntu n’umwe yiyumvira ko afise imvo zo kwishimira umubiri, jeho ndamurusha: 5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mw’ihanga rya Isirayeli, mu muryango wa Benyamini, nkaba ndi Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+. Mu vyo kwubahiriza amategeko, ndi Umufarizayo+.
-