ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 33:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ninabwira na ho umubisha nti: ‘Ntuzobura gupfa’, na we agaheba ibicumuro vyiwe, agakora ibigororotse n’ibibereye+,

  • Ezekiyeli 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Nta na kimwe mu bicumuro yakoze kizomwagira*+. Kubera ko yakoze ibigororotse n’ibibereye, azobandanya kubaho ata kabuza+.”

  • 1 Yohani 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo iri mu muco, aho rero tuba twunze ubumwe hagati yacu, kandi amaraso ya Yezu Umwana wayo aratwoza ibicumuro vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika