ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 18:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Masedwane, Pawulo atangura kumara umwanya wiwe wose yigisha ijambo ry’Imana, ashinga intahe imbere y’Abayuda kugira yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+. 6 Mugabo kubera yuko baguma bamurwanya kandi bamutuka, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: «Amaraso yanyu abe ku gatwe kanyu+. Jewe ndera+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika