ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 3:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Uwizera Umwana arafise ubuzima budahera+. Uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima+, ahubwo uburake bw’Imana buguma kuri we+.

  • Abaroma 3:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ariko ubugororotsi bw’Imana ubu bwarahishuwe bidaciye ku mategeko+, nk’uko amategeko n’ivyanditswe n’abahanuzi bibishingira intahe+. 22 Egome, ubugororotsi bw’Imana bwarahishuwe biciye ku kwizera Yezu Kristu, ku bw’abo bose bafise ukwizera. Kuko ata tandukaniro riri hagati y’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika