Abaroma 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu vy’ukuri, kurenga ku mategeko bizana ishavu ry’Imana+, mugabo ahatagira amategeko nta gicumuro kihaba+.
15 Mu vy’ukuri, kurenga ku mategeko bizana ishavu ry’Imana+, mugabo ahatagira amategeko nta gicumuro kihaba+.