Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Niyamara kubabazwa*, azohimbarwa n’ivyo abonye. Biciye ku vyo umusavyi wanje agororotse yize*+,azotuma abantu benshi babonwa ko bagororotse+,kandi amakosa yabo azoyikorera+. Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»
11 Niyamara kubabazwa*, azohimbarwa n’ivyo abonye. Biciye ku vyo umusavyi wanje agororotse yize*+,azotuma abantu benshi babonwa ko bagororotse+,kandi amakosa yabo azoyikorera+.
28 nk’uko n’Umwana w’umuntu ataje kugira akorerwe, ahubwo yaje kugira akorere abandi+ no gutanga ubuzima bwiwe kugira acungure benshi+.»